Covid-19: Ubuyapani bwasabye Ubushinwa guhagarika gupima mu kibuno
Ubuyapani bwasabye Ubushinwa kutongera gupima abaturage babwo Covid-19 bafatiye ibipimo mu kibuno. Bamwe mu Bayapani binubiye ko ubu buryo bwo gupima bwabateye “guhungabana”, nk’uko abategetsi...