Cardinal Fridolin Ambongo Besungu wa Kinshasa ari mu mazi abira
Abanyecongo bakiriye ugutandukanye kuba ubucamanza bw’iki gihugu bushaka gukurikirana Cardinal Fridolin Ambongo Besungu wa Kinshasa akaba n’umukuru w’inama y’abepiskopi ba Afurika na Madagascar. Kuwa gatandatu,...