ONU iratabariza abashonji miliyoni 30 bashobora kwicwa n’inzara mu minsi iri imbere
Umukuru w’ishami rya ONU rishinzwe ibiribwa ku isi (PAM/WFP) David Beasley ejo kuwa kane yasabye abaherwe batunze za miliyari z’amadorari gutabara abantu miliyoni 30 avuga...